“Bigoro vy’Imigabo“ ivugijwe na Torobeka Joseph_Inanga_Burundi
Inanga iyaga urukundo rw’inka, ikayaga ubugabire, ukwivuga uwaguhaye, ubwiza bw’inka.
Iyi inanga ikomoka ku nanga bita “Amararo y’inka“ yavuzwa kandi ikomeza kuvuzwa henshi mu Burundi mu bavuza inanga.